Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 2:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Nyina abgira abasuku, at’ Ic’ ababgira cose mugikore.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Ariko Mariya abwira abakozi ati: “Ico ababwira cose mugikore.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 2:5
12 Referans Kwoze  

Nuko Nowa abigenza artyo: ukw Imana yamubariye kwose ni ko yakoze.


Mur’ abakunzi banje, ni mwakora ivyo mbagera.


Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu yumvira Imana imuhamagaye, akaja ahantu yar’ abīkiwe kuragwa: nukw agenda, atazi iy’ aja.


kand’ amaze guhīngūrwa rwose, abera abamwumvira bose inyanduruko y’agakiza kadashira:


ariko va hasi, ushike mu gisagara, uzobarirwa ivy’ ukwiye gukora.


ntaz’ arye ku kintu na kimwe kivuye ku muzabibu, ntaz’ anywe vino cank’ ikiboreza na kimwe, canke ngw arye ikintu na kimwe gihumanya; ivyo namubariye vyose az’ avyitondere.


Maz’ igihe igihugu cose ca Egiputa gitewe n’ inzara, abantu batakambira Farawo ngw abahe ivyo barya. Farawo abarira Abanyegiputa bose, ati Ni muje kuri Yosefu: ico ababarira mugikore.


Akivugana n’ishengero, nyina na bene nyina bāri bahagaze hanze, bagomba kubonana na we.


Aramanuka aja ku mbuga, abikora vyose nk’uko inabukwe yamubariye.


Nuko ndabigenza nk’uko nabariwe: ibintu vyanje ndabisohora ku murango, ari nk’ibintu vyo ku nzira, maze mpenga mu kagoroba, ubganje nyene ndimba n’ amaboko yanje, ntobora uruzitiro; mbihacana bumaze kwira, mbishira ku rutugu babona.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite