Yohana 2:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Abigishwa biwe bibuka ko handitswe, ngw Ishaka ry’inzu yawe rizondya. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe17 Abigishwa biwe baca baribuka ijambo ryo mu Vyanditswe Vyera rivuga ngo: “Ishaka mfitiye inzu yawe ryaka muri jewe nk’umuriro.” Gade chapit la |