Yohana 2:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Asanga mu rusengero abadandarizah’ inka n’intama n’inuma, n’abavunja amahera bicaye. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe14 Ashitse mu rusengero, ahasanga abantu bariko baradandaza inka, intama n’inuma; n’abandi bicaye bariko baravunja amafaranga ku mameza. Gade chapit la |