Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Kand’ aho hantu yabambge hār’ itongo; kandi mur’ iryo tongo hār’ imva nsha itarahambgamw’ umuntu;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Hafi y’aho Yesu yabambwe hari itongo, kandi muri iryo tongo hari imva nshasha, itari bwigere ihambwamwo umuntu.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:41
7 Referans Kwoze  

Arakibambūra, akizingira mu mpuzu yera, agishira mu mva yimbge mu bitandara, itarahambgamw’ umuntu.


agishira mu mva yiwe nsha, yari yarimbishije mu bitandara; atembagaza ikibuye kinini acugaza umuryango w’imva, aragenda.


Yesu aramubaza, ati Mbega nyina wanje, urizwa n’iki? Urondera nde? Na we yiyumvira kw ar’ umurimyi waho, aramubgira, ati Mugenzi, namb’ ari wewe wamukūye hano, ndangira aho wamushize, ndamukūreyo.


ut’ Urakora iki ngaho? uti Kand’ uri kumwe na nde ngaho ko wiyimbiye imva aho nyene? uti Ko wiyimbiye imva ahahera ruguru, ukībāzira ubugaramango mu gitandara!


Maz’ abantu biwe bajana umuvyimba wiwe mu mukogote w’intambara, bawukūra i Megido bawujana i Yerusalemu, bamuhamba mu mva yiwe yari yarimbishije. Abantu bo mur’ ico gihugu bahitana Yehowahazi umuhungu wiwe, bamwimikisha amavuta, bamwimika mu gishingo ca se.


aho ni ho bāhamvye Yesu, kuko war’ umusi wo kwitegura kw’ Abayuda, kand’ iyo mva ikaba hafi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite