Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Kandi haza na Nikodemo, umwe yaza kuri Yesu mw ijoro ubga mbere, azana ikivange c’isenga n’imbazi nk’ibilo mirongwitanu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Yari kumwe na Nikodemu, umwe yagendera Yesu mw’ijoro. Nikodemu yari yaje azanye nk’ibiro mirongo itatu vy’ibimota neza.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:39
15 Referans Kwoze  

Narada na karukoma, Imisigati na mudarasini, n’ibiti vyose vy’imibavu, Isenga n’imbazi n’amoko yose y’ibisosa biruta ibindi.


Yesu aramubgira, ati N’umureke, kukw ivyo yabibīkiye umusi wo guhambga kwanje.


Maz’ isabato ishize, Mariya Magadalene, na Mariya nyina wa Yakobo, na Salome bagura ibimota neza, ngo baje kubimusīga.


Ariko benshi b’imbere bazoba ab’ inyuma, kand’ ab’ inyuma bazoba ab’ imbere.


Ntazohohosha irenga rivunitse, N’urumuri ruyenga ntazoruzimya, Gushitsa ah’ azogomorera amateka akanesha;


Hinge nīgīre ku musozi ubakw isenga, No ku gasozi kabakw imibavu, Igihe ca ni musi kitarashika, ibitūtu vyo ku kirengazuba bitarazimangana.


Namotesheje neza uburiri bganje Isenga n’imbazi na mudarasini.


Impuzu zawe zose zitāmirana isenga n’imbazi na kesiya, Mu ngoro zisharijwe n’amahembe y’inzovu, inanga ziraguhimbaye.


Bamuhamba mu mva yiwe yiyimbishirije mu gisagara ca Dawidi, bamurambika ku buriri bguzuye ibintu bitāmirana n’ ibintu bimoga vy’amoko yose, vyinjijwe n’abahinga bābimogoreye; bamwosereza imibavu myinshi cane.


Yosefu agera abantu biwe b’abaganga ngo bose se: nukw abo baganga bosa Isirayeli.


Umukunzi wanje ammereye nk’itu ry’isenga Riri hagati y’amabere yanje.


Bashitse mu nzu babona uwo mwana na Mariya nyina wiwe; bikubita hasi, baramupfukamira, barumūra ibisimbo vyabo, bamushikanira amashikanwa, izahabu n’imibavu n’isenga.


Maze Mariya yābīra ingero y’amavuta atāmirana y’igiciro kinini cane, y’agati kitwa narada, ayasīga ku birenge vya Yesu, abihanaguza umushatsi wiwe, kand’ inzu yose itāmiranamw’ ayo mavuta.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite