Yohana 19:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Kukw ivyo vyabayeho kugira ngw icanditswe gishike, ngo Nta n’igufa ryiwe rizovunwa. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe36 Ibi vyabaye kugira ngo hashitswe Ivyanditswe bivuga ngo: “Nta na rimwe mu magufa yiwe rizovunika.” Gade chapit la |