Yohana 19:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Baramwēgēra, bati Ndagize bgakeye, Mwami w’Abayuda. Maze baramubīngūra. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe3 bamwegera kenshi bavuga bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita mu maso. Gade chapit la |