Yohana 19:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Aho hantu hari hateretse inkono yuzuye inkarisha, nuko bashira sipongo yuzuyemw’ inkarisha kw irenga, bayirungika ku munwa wiwe. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe29 Hafi yaho hari umubindi urimwo inkarisha, maze abasoda bafata ipampa barijobeka muri ya nkarisha, baridugisha ishami rya ezobu ku munwa wa Yesu. Gade chapit la |