Yohana 19:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Yesu abonye nyina na wa mwigishwa yakunda ahagazeho, abarira nyina, ati Nyina wanje, nguyo umwana wawe. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe26 Yesu abonye nyina ahagaze aho, na wa mwigishwa Yesu yakunda amwegereye, abwira nyina ati: “Muvyeyi, ng’uwo umwana wawe,” Gade chapit la |