Yohana 19:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Pilato arabishura, at’ Ico nanditse, nacanditse. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 Pilato arabishura ati: “Ico nanditse, nacanditse.” Gade chapit la |
ati Genda ukoranirize hamwe Abayuda bose bar’ i Shushani, mwisonzeshe kubganje, mumare imisi itatu ku murango no mw ijoro mutagira ico murya canke munywa; nanje twe n’incoreke zanje tuzokwisonzesha durtyo nyene, mpeze mbone gushika ah’ umwami ari, nah’ ar’ uguca mu cagezwe: kandi namba ndamukiwe no gupfa, mpfe!