Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Uhereye aho Pilato arondera uburyo bg’uko yomurekura, arikw Abayuda barasemerera, bati Ni warekura uyo, ntuzoba ucuzura na Kayisari, kuk’ uwīgira umwami wese aba agararije Kayisari.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kuva ako kanya, Pilato agerageza kurekura Yesu, ariko abakuru b’Abayuda babandanya basemerera bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba ukiri umugenzi wa Kayisari. Umuntu wese yiyita umwami aba agararije Kayisari.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:12
9 Referans Kwoze  

Maz’ umwami Zedekiya yishura Yeremiya, ati Ntinya Abayuda bāmaze kwisaba Abakaludaya, kuko bobampa bakanshinyagurira.


non’ utubgire, wiyumvira ute? Biremerwa gutanga ikori rya Kayisari, canke ntivyemerwa?


None rero kuko dutunzwe n’agasōsa kava i bgami, tukoya kuzohava tubona umwami akēngērwa, ni co catumye tugutumako, tukabikumenyesha,


Pilato arabishura, at’ Ico nanditse, nacanditse.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite