Yohana 19:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Yesu aramwishura, ati Nta bubasha war’ ufise kuri jewe, shit’ ubuhawe buvuye hejuru, ni co gituma uwakunshikirije afise icaha kirengeje. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 Yesu aramwishura ati: “Nta bubasha wari umfiseko iyo utabuhabwa n’Imana. Ni co gituma uwakunshikirije yakoze icaha kiruta icawe.” Gade chapit la |