Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ukwo kwar’ ukugira ngo rya jambo yavuze rishike, ngo Mu bo wampaye nta n’umwe najimije.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ivyo yabikoze kugira ngo ashitse ico yari yavuze, aho yavuga ati: “Sinazimije n’umwe mu bo wampaye.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:9
3 Referans Kwoze  

Nkiri kumwe na bo, nabazigamiye mw izina ryawe wampaye. Narabashibamyeko, kandi nta n’umwe muri bo yapfuye rubi, atari wa mwana wo gupfa rubi, kugira ngw ivyanditswe bishike.


Kand’ ic’ uwantumye agomba ngiki: agomba yuko mu vyo yampaye vyose hatagira na kimwe kinzimirana, ariko ngo nze nkizure ku musi w’iherezo.


Yesu arabishura, ati Mbabgiye kw ari jewe: asangw’ ari jewe murondera, mureke aba, bīgīre.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite