6 Amaze kubabarira, ati Ni jewe, bagenza imigongo, bagwa hasi.
6 Yesu avuze ati: “Ni jewe,” baca bagenza umugongo, baratemba.
Hamwe inkozi z’ibibi zari zinziye ngo zirye inyama zanje, Ni bo barwanizi banje n’ababisha banje, bāratsitaye, baratemba.
Abanka Siyoni bose Ni bamāramāre, basubizwe inyuma.
Abashaka kunyica ngo banzimirize Bicwe n’isoni batētērwe: Abanezerezwa n’uko ngiriwe nabi Basubizwe inyuma bakēngērwe.
Na bo baramwishura, bati Yesu Umunyanazareti. Arababgira, ati Ni jewe. Kandi Yuda, amugura, yar’ ahagararanye na bo.
Na we asubira kubabaza, ati Murondera nde? Na bo bati Yesu Umunyanazareti.