Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Kandi na Yuda amugura yar’ azi aho hantu, kuko Yesu yahora ajanayo n’abigishwa biwe kenshi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Yuda, uwagira amugurishe, yari ahazi, kuko Yesu yakunda kujana n’abigishwa biwe muri iryo tongo.

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:2
4 Referans Kwoze  

Arasohoka, aja ku musozi wa Elayono, nk’uko yamenyereye: abigishwa biwe na bo baramukurikira.


Imisi yose Yesu yirirwa mu rusengero yigisha, ariko bgira, agasohoka, akaja kurāra ku musozi witwa Elayono.


ati Mwami wanje, girira ikigongwe umwana wanje, kukw arwaye intandara, arasinzikaye cane. Kuko kenshi na kenshi agwa mu muriro no mu mazi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite