Yohana 18:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 ariko Petero asigara ahagaze kw irembo. Wa wundi mwigishwa yar’ azinanyi n’umuherezi mukuru, ashika kw irembo, avugana n’umukumirizi, araheza ashikana Petero imbere. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe16 ariko Petero we asigara hanze. Maze wa mwigishwa yari azwi n’umuherezi mukuru aragaruka avugana n’umukobwa yarinda umuryango, na we yemerera Petero kwinjira. Gade chapit la |