Yohana 18:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Simoni Petero akurikira Yesu, bo n’uwundi mwigishwa. Uwo mwigishwa yar’ azinanyi n’umuherezi mukuru, ashikana na Yesu mu rugo rw’uwo muherezi mukuru, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe15 Nuko Simoni Petero n’uwundi mwigishwa bakurikira Yesu. Uwo mwigishwa wundi yari azwi n’umuherezi mukuru, ivyo vyatumye yemererwa kwinjirana na Yesu mu rugo rw’umuherezi mukuru, Gade chapit la |