Yohana 18:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kandi Kayafa ni we yari yagīriye inama Abayuda, yukw ar’ ibibereye k’umuntu umwe apfira ubgo bgoko. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe14 Kayafa ni we yari yahanuye abakuru b’Abayuda ababwira ko vyoba vyiza ko umuntu umwe apfira abantu. Gade chapit la |