Yohana 17:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ariko none ndaje kuri wewe, kand’ ibi mbivuga ndi mw isi, kugira ngo bagire umunezero wanje wuzure muri bo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe13 Data, ubu ndaje aho uri, ariko mvuze aya majambo nkiri mw’isi kugira ngo bagire umunezero wanje kandi bawugire wuzuye. Gade chapit la |