Yohana 16:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 None ngira ngende ku wantumye, kandi nta n’umwe muri mwebge arushe ambaza at’ Uja hehe? Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe5 Ariko ubu ngiye gusubira ku wantumye, kandi nta n’umwe muri mwebwe ambajije iyo ngiye kuja. Gade chapit la |