Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 16:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Nari ngifise vyinshi vyo kubabgira, ariko ntimushobora kuvyihanganira ubu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Mfise vyinshi nashaka kubabwira, ariko ntimushobora kuvyihanganira ubu.

Gade chapit la Kopi




Yohana 16:12
8 Referans Kwoze  

Sinkibita abashumba, kuk’ umushumba atamenya ico shebuja akora; ariko mweho nabise abakunzi, kukw ivyo numvanye Data vyose nabibamenyesheje.


Kand’ ababgira ijambo ry’Imana mu migani myinshi imwe n’iyo, uko bashobora kwumva.


Kand’ amaze kubabazwa, abiyereka ari muzima atanga ibimenyetso vyinshi, ababonekera imisi mirongwine, avuga ivy’ ubgami bg’Imana.


Sinkivugana namwe vyinshi, kuk’ umwami w’isi ari mu kuza, yamara muri jewe nta kintu ahafise;


ivy’ amateka, kuk’ umwami w’iyi si yaciriwekw iteka.


Arik’ uwo Mpwemu w’ukuri ni yaza, azobarōngōra abashitse ku kuri kwose, kukw atazovuga ivyo yigeneye, arikw ivy’ azokwumva vyose ni vyo azovuga, kand’ azobamenyesha ibigira bize.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite