Yohana 16:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 ivy’ ukugororoka, kuko nja kwa Data, kandi namwe muzoba mutakimbona, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe10 barihenda ku vy’ukugororoka, kuko ngiye gusubira kwa Data kandi mukaba mutazosubira kumbona. Gade chapit la |
Amayinga mirongwirindwi agerewe ubgoko bganyu n’igisagara canyu cera, kugira ngw ibicumuro bishire n’ivyaha birangizwe, n’ibigabitanyo bitangirwe impongano, hazanwe ukugororoka kutazoshira, ivyo weretswe n’ivyavugishijwe n’Imana ngo bimatanishwe ishashara idomwemw’ ikimenyetso, ahēra cane harobanuzwe amavuta.