Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 15:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nk’uko Data yankunze, ni ko nanje nabakunze: ni mugume mu rukundo rwanje.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Nk’uko Data yankunze, ni ko nanje nabakunze, nuko rero nimugume mu rukundo rwanje.

Gade chapit la Kopi




Yohana 15:9
9 Referans Kwoze  

Nabamenyesheje izina ryawe, kandi nzoribamenyesha, ng’ urukundo wankunze rube muri bo, nanje mbe muri bo.


Na none bana bato, mugume muri we, kugira ngo ni yahishurwa tuze dushire ubgoba, ntidutētererwe imbere yiwe ah’ azozira.


no kuri Yesu Kristo, icabona co kwizigirwa, imfura y’abari barapfuye, ūganza abami bo mw isi. Umwe adukunda, yatubohoje ivyaha vyacu amaraso yiwe,


Nta wogira urukundo ruruta urw’ uk’ umuntu yigura abakunzi biwe.


Ivyo mbibabgiye, kugira ng’umunezero wanje ube muri mwebge, kandi n’umunezero wanyu wuzuzwe.


mugire inkomezi zibashoboza gutahurira hamwe n’abera bose uburebure bg’ubgaguke n’ubg’ amakika n’ubg’ igihagararo n’ubg’ amajepfo ubg’ ari bgo,


Ariko mweho, bakundwa, mwiyubake ku kwizera kwanyu kwera cane, musengere muri Mpwemu Yera,


Se arakunda Umwana, kandi yamuhaye vyose, abishira mu kuboko kwiwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite