Yohana 15:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Mur’ ivyo Data arashimagizwa, ni mwama cane, kandi mukaba abigishwa banje. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe8 Iyo mwamye ivyamwa vyinshi, muba mwerekanye ko muri abigishwa banje kandi ivyo bihesha Data icubahiro. Gade chapit la |