Yohana 15:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Iyo muba ab’ isi, isi iba ikunze icayo, maze kuko mutar’ ab’ isi, ariko nabatoranije mu b’isi, ni co gituma isi ibanka. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe19 Iyo muba ab’isi, yobakunze nk’abayo. Ariko ntimukiri ab’isi. Narabatoranije ndabakura muri yo, ni co gituma ibanka. Gade chapit la |