Yohana 15:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ni mwitondera ivyagezwe vyanje, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nitondeye ivyagezwe vya Data, nkaguma mu rukundo rwiwe. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe10 Nimwakurikiza amabwirizwa yanje, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nakurikije amabwirizwa ya Data nkaguma mu rukundo rwiwe. Gade chapit la |