Yohana 14:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Iyo muba mwarammenye, na Data muba mumuzi. Uhereye ubu muramuzi, kandi mwamubonye. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe7 Iyo muja kuba munzi vy’ukuri, mwari kuba muzi na Data. Noneho kuva ubu muramuzi kandi mwaramubonye.” Gade chapit la |