Yohana 14:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ūri n’ivyagezwe vyanje akavyitondera, uwo ni we ankunda, kand’ ūnkunda azokundwa na Data, nanje nzomukunda, kandi nzomwihishurira. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe21 Umuntu wese yakira amabwirizwa yanje akayashira mu ngiro, ni we ankunda. Kandi uwunkunda Data azomukunda. Nanje nzomukunda ndanamwiyereke.” Gade chapit la |