Yohana 14:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 I muhira kwa Data har’ amazu menshi, iy’ aba atariho, mba ndabibabgiye, kuko ngiye kubategurira ahanyu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe2 Mu nzu kwa Data hari ivyumba vyinshi, kandi ngiye kubategurira aho kuba. Iyo bitaba biri uko, nari kubibabwira. Gade chapit la |