Yohana 14:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ni munyizere ko ndi muri Data, na Data ari muri jewe, bibuze, mupfe kwizera kubg’ ibikorwa ubgavyo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 Nimube munyizera iyo ndababwiye ko ndi muri Data, Data na we akaba muri jewe; canke na ho, munyizere kubera ibikorwa mwabonye nkora. Gade chapit la |