Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 13:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Yesu aramwishura, at’ Ico jewe ndiko ndakora, wewe nturibukimenye ubu: arik’ uzokimenya hanyuma.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Yesu aramwishura ati: “Ntushobora gutahura ico ndiko ndakora ubu nyene, ariko uzogitahura hanyuma.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 13:7
11 Referans Kwoze  

Ndavyumva, ariko sinabitahura; nca ndabaza, nti Databuja, ikizoherukira ibindi mur’ ivyo n’ikihe?


Ivyo abigishwa ntibabitahuye ubga mbere, ariko Yesu amaze guhabga ubgiza bgiwe, ni ho bibutse kw ivyo yavyandikiwe, kandi kw ari vyo bāmugiriye.


arik’ Umwitsa, ari we Mpwemu Yera, uwo Data azorungika mw izina ryanje, ni we azobigisha vyose, kand’ azobibutsa ivyo nababariye vyose.


Hahirwa uzorīndīra, agashitsa ku misi igihumbi n’amajana atatu na mirongwitatu n’itanu.


Simoni Petero aramubaza, ati Mugenzi, uja hehe? Yesu aramwishura, at’ Aho nja ntushobora kunkurikira ubu, arik’ uzonkurikira hanyuma.


Kand’ amatongo azogurwa mur’ iki gihugu, ico muririra, ngo Kirakomvomvowe, ata muntu agisigayemwo cank’ igitungwa; ngo Gitanzwe mu maboko y’Abakaludaya.


Nukw ashika kuri Simoni Petero, na we aramubaza, ati Mugenzi, ni wewe unyoza ibirenge?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite