Yohana 13:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Nukw ashika kuri Simoni Petero, na we aramubaza, ati Mugenzi, ni wewe unyoza ibirenge? Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe6 Ashikiriye Simoni Petero, Petero aramubwira ati: “Mwami, ni wewe ugira unyoze ibirenge!” Gade chapit la |