Yohana 13:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Ndabaha icagezwe gisha: ni mukundane; nk’uko nabakunze, abe ari ko namwe mukundana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe34 Ndabahaye icagezwe gishasha: Nimukundane. Nk’uko nabakunze, ni ko namwe mukwiye gukundana. Gade chapit la |