Yohana 13:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Ariko kuko Yuda ari we yar’ afise umupfuko, bamwe bāgize ngo Yesu yamubgiye, ngo Gura ibizodukwira ku musi mukuru, canke ngw agire ico aha aboro. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe29 Kubera Yuda ari we yari ajejwe ikigega, bamwe bibajije ko Yesu amusavye kugura ibikenewe vy’umusi mukuru, canke kugira ico aha abakene. Gade chapit la |