Yohana 13:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Bakiriko bararya ku mugoroba, wa Murwanizi amaze kwinjiza ubuguranyi mu mutima wa Yuda Isikaryota, mwene Simoni, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe2 Nuko ku mugoroba w’uwo musi, Yesu asangira n’abigishwa biwe, kandi Satani yari yamaze gushira muri Yuda, mwene Simoni Isikariyote, iciyumviro co kugurisha Yesu. Gade chapit la |