Yohana 12:42 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Yamara no mu bakuru, benshi baramwizeye; ariko kubg’ Abafarisayo ntibāvyatura, kugira ngo boye gucibga mw isinagogi, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe42 Ariko rero benshi baramwizeye, harimwo na bamwe mu bakuru b’Abayuda. Ariko ntibavyemera ku mugaragaro kubera gutinya ko Abafarisayo babirukana mw’isinagogi; Gade chapit la |