Yohana 12:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 ngo Nta co utinya, mukobga w’i Siyoni, rāba, Umwami wawe araje, ari ku nyana y’indogoba. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe15 “Ntutinye, Mukobwa w’i Siyoni; raba, umwami wawe araje, yicaye ku nyana y’indogoba.” Gade chapit la |