Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 12:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Bukeye bg’aho, ishengero ryinshi ryari ryaje i Yerusalemu mur’ iyo misi mikuru, bumvise ko Yesu azayo,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ku musi ukurikira, abantu benshi bari baje mu misi mikuru ya Pasika bumva ko Yesu ari mu nzira aja i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi




Yohana 12:12
7 Referans Kwoze  

Nuko hasigaye imisi itandatu Pasika igashika, Yesu aja i Betaniya, ni ho Lazaro yaba, umwe Yesu yazuye mu bapfuye.


Ishengero ryinshi ry’Abayuda rimenye kw ari ho ari, baraza, mugabo ntihāri kubga Yesu gusa, ariko kwār’ ukugira ngo barābe na Lazaro yazuye mu bapfuye.


Kandi ni co catumye ishengero rimusanganira, kuko bumvise ko yakoze ico kimenyetso.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite