Yohana 11:57 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)57 Kand’ abaherezi bakuru n’Abafarisayo bāri bashinze ng’ uwomenya ah’ ari aharange, ngo bamufate. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe57 Abakuru b’abaherezi n’Abafarisayo bari batanze itegeko ko umuntu wese yobona aho Yesu ari yoca aja kubibabwira kugira ngo bamufate. Gade chapit la |