Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 11:46 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 ariko bamwe muri bo baja ku Bafarisayo, bababgira ivyo Yesu akoze.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

46 Ariko bamwe muri bo baciye baja ku Bafarisayo bababwira ivyo Yesu yakoze.

Gade chapit la Kopi




Yohana 11:46
8 Referans Kwoze  

Umwe yahora ar’impumyi bamujana ku Bafarisayo.


Haza umuntu arababarira, at’ Erega ba bagabo mwashira mw ibohero bari mu rusengero bahagaze bigisha abantu.


Ariko naho yakoreye ibimenyetso bingaho imbere yabo, ntibārushe bamwizera,


Abafarisayo bumvise kw ishengero rimuvugana ivyo mu twongoshwe, abaherezi bakuru n’Abafarisayo batuma abagendanyi kumufata.


Nuko ba bagendanyi basubira ku baherezi bakuru n’Abafarisayo, na bo barababaza, bati Ko mutamuzanye?


Kand’ abaherezi bakuru n’Abafarisayo bāri bashinze ng’ uwomenya ah’ ari aharange, ngo bamufate.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite