Yohana 11:42 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Jewe nari nsanzwe nzi k’unyumviriza ubudasība, ariko mbivugishijwe n’ishengero rihagaze ngaha, kugira ngo bizere kw ari wewe wantumye. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe42 Ndazi ko wama unyumva, ariko ibi ndabivuze ku neza y’aba bantu bahagaze hano, kugira ngo bizere ko ari wewe wantumye.” Gade chapit la |