23 Yesu aramubgira, ati Musazawe azozuka.
23 Yesu aramubwira ati: “Musazawe azozuka.”
Kandi n’ubu ndazi kw ivyo wosaba Imana vyose, Imana yobiguha.
Marita aramwishura, ati Ndazi kw azozuka mw izuka ryo ku musi w’iherezo.
Yesu aramubgira, ati Sinakubgiye nti Ni wizera urabona ubgiza bg’Imana?