Yohana 11:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Nukw Abayuda benshi bāri baje kwa Marita na Mariya kubirura kubga musaza wabo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe19 Abayuda benshi bari baje kwa Marita na Mariya kubaremesha inyuma y’urupfu rwa musaza wabo. Gade chapit la |