Yohana 11:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Hārih’ uwar’ arwaye, ni Lazaro w’i Betaniya, ni wa musozi Mariya na mwene nyina Marita bābako. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe1 Hariho umuntu yitwa Lazaro yava i Betaniya yari arwaye. Betaniya cari igisagara Mariya na Marita mwene nyina babamwo. Gade chapit la |