Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 10:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Benshi baza kuri we; baravuga, bati Yohana nta kimenyetso yakoze, arikw ivyo Yohana yavuze vyose kur’ uyu vyar’ ivy’ ukuri.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Abantu benshi baza aho ari, baravuga bati: “Naho Yohana ata gitangaza yakoze, ivyo yavuze vyose kuri uwu muntu vyari ukuri.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 10:41
12 Referans Kwoze  

Iryo ni ryo tanguriro ry’ibimenyetso Yesu yakoze ar’i Kana i Galilaya, yerekana ubgiza bgiwe; kand’ abigishwa biwe baramwizera.


ni we aza inyuma yanje, kandi jewe ntibimbereye gupfundurura akagozi k’inkweto yiwe.


Mur’ ico gihe, ishengero ry’abantu ibihumbi vyinshi rikoranira kuri we, bakandagirana, ahēra ku bigishwa biwe, arababarira, ati Mwirinde umwambiro w’Abafarisayo, ni wo buryarya.


Nukw ishengero ririko riramubanda ryumva ijambo ry’Imana, yar’ ahagaze ku musenyi w’ikiyaga c’i Genesareti.


bamubonye baramubgira, bati Bose bariko barakurondera.


Abgira abagendanyi biwe, at’ Uwo ni Yohana Umubatizi yazutse mu bāpfuye; ni co gituma ivyo bitangaza bikorera muri we.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite