Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 10:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Avayo, yongera kuja hakurya ya Yorodani, ha hantu Yohana yabatiriza ubga mbere, agumayo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Yesu aca asubira hakurya ya Yorodani mu kibanza Yohana yabatirizamwo mu misi ya mbere, ahamara igihe.

Gade chapit la Kopi




Yohana 10:40
5 Referans Kwoze  

Ivyo vyabereye i Betaniya, hakurya ya Yorodani aho Yohana yabatiriza.


Maze Yesu ntiyaba akigenda yibonekeza mu Bayuda, arikw avayo, aja mu gihugu kiri hafi y’ubugaragwa mu gisagara citwa Efurayimu, agumanayo n’abigishwa.


Hanyuma y’ivyo Yesu agendagenda i Galilaya: ntiyashaka kugendagenda i Yudaya, kukw Abayuda bārondera ingene bomwica.


Baza aho Yohana ari, baramubgira, bati Mwigisha, uwo mwari kumwe hakurya ya Yorodani, umwe washingira intahe, erega na we arikw arabatiza, kandi bose baza kuri we.


Hanyuma y’ivyo abgira abigishwa biwe, ati Dusubire i Yudaya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite