39 Nuko bongera kurondera ingene bomufata, abava mu maboko.
39 Nuko bagerageza kumufata kandi, ariko arabacika.
Buno barondera ingene bomufata, ariko ntihagira ūmukozako n’intoke, kukw igihe ciwe kitaribgagere.
Baca batora amabuye yo kumutera, maze Yesu arihisha, ava mu rusengero.
bamwe muri bo bashaka kumufata, ariko ntihāgira n’umwe amukozako n’intoke.
Bun’ Abayuda bongera gutora amabuye, ngo bayamutere.
Abafarisayo barasohoka, bamugīra inama ngo babone ingene bomwica.