Yohana 10:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 mwebge mubgira mute uwo Data yejeje, akamutuma mw isi, ng’ Urarogose, kuko navuze nti Nd’ Umwana w’Imana? Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe36 none vyocura iki ku wo Data yatoranije nk’uwiwe bwite hanyuma akamurungika kw’isi? Ni kuki munyagiriza ko ntutse Imana, mvuze nti: ‘Ndi Umwana w’Imana’? Gade chapit la |