Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 10:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Yesu arabishura, ati Mbega ntihanditswe mu vyagezwe vyanyu, ngo Navuze nti Mur’ imana?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Yesu arabishura ati: “Mbega mu vyagezwe vyanyu, ntihanditswe ko Imana yavuze iti: ‘Navuze ko muri imana’?

Gade chapit la Kopi




Yohana 10:34
12 Referans Kwoze  

Uhoraho abarira Mose, ati Rāba, nkugize nk’imana kuri Farawo, kandi Aroni mwene nyoko azokuvugira.


Imana ihagaze mw ikombe ryayo; Icira abacamanza urubanza,


Kand’ azokubera umusiguzi wo gusigurira abantu, akubere akanwa, nawe uzomubera nk’Imana.


Ndagushimisha umutima wose; Ndakuririmbira ishimwe imbere y’ivyitwa imana.


Ntihaze hagire ūrogota kuri jewe Imana, canke ngw avume umukuru wo mu bgoko bganyu.


Kandi no mu vyagezwe vyanyu handitswe kw intahe ishinzwe n’abantu babiri ar’ iy’ ukuri.


Ariko vyabaye birtyo kugira ngw ijambo ryanditswe mu vyagezwe vyabo rishike, ngo Bānyankiye ubusa.


Ishengero riramwishura, riti Twebge twumvise mu vyagezwe ko Kristo azohorah’ ibihe bidashira. Non’ uvuze ute ng’ Umwana w’umuntu akwiye kumanikwa? Mbeg’ uwo Mwana w’umuntu ni nde?


Mu vyagezwe handitswe, ngo Nzovuganira n’ubu bgoko mu kanwa k’abavuga izindi ndimi no mu kanwa k’abanyamahanga, ariko naho nzovuga ntyo, ntibazonyumvira, ni k’Uhoraho agize.


None ko yabise imana, bamwe ijambo ry’Imana ryashitseko (kand’ ivyanditswe ntibishobora guhinduka),


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite