Yohana 10:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maze haza imisi mikuru yo kwibuka uguhumanurwa kw’ urusengero i Yerusalemu: hāri mu rushana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 Ico gihe i Yerusalemu hariko habera imisi mikuru yo kwibuka ishikirizwa ry’urusengero, kandi hari mu gihe c’imbeho nyinshi cane. Gade chapit la |